Hari umusomyi wa Rugali utashatse ko tuvuga amazina ye watwoherereje iyi nyandiko adusaba kuyitangaza tuburira Victoire Ingabire n’abanyarwanda batavuga rumwe n’ubutegetsi bwe bari hanze. Ikigaragara nuko uyu musomyi wa Rugali yahishuye ko DMI ya Kagame igeze ahabi kuburyo itangiye no gukoresha abarundi bahunze mu migambi yayo yo guhitana abanyarwanda. Agapfa kaburiwe n’impongo namwe nimwisomere:
Lt Gen Musemakweli na Dan Munyuza mu mugambi wo kunyuruza, kwica no kurema ibinyoma. Mbandikiye iyi nkuru ndabamenyesha umugambi wa reta y’urwanda mu guhiga no kwica abo batavuga rumwe. Uyo mugambi nawumenye kuko nabaye recruté na NKIKO Junior Musemakweli na NIMUB0NA Christian Merci uwo akaba ari umurundi ariko akaba akorera inzego z’urwanda agakorana na Musemakweli Junior umuhungu wa Lt General Musemakweli.
Twahuriye nabo kwishure muri 2016 muri China hama tuba incuti nikwo batanguye batuyagira iyo migambi nuko badushiramwo. Debut 2017 le 21 janvier niho uwitwa Kayonga Charles yatugendeye aho twari turi aratugirisha Inama adusobanurira uburyo uyo mugambi uteye nuko tugomba kubikora mu bwenge twari abantu 6 abanyarwanda 4, abarundi 3, umunyamurenge 1.
Mission zambere twazikoze muri 2017 mu kwezi kwa 5 niho baturihiye ama tickets y’indege tuza Kigali aho twakiriwe na General Jack Nziza arikumwe na Munyuza Dan kuri Police i Remera baduha aba police bane harimwo naba Police militaire 2 bacungera Nkiko M Junior babahereza ama ID’s yo mu rwanda baduha ni modoka zibiri zigi civile ico twakora badutwara aho abantu bo kwa Rwigara bariko barakira signature kuri zirya fiche zaba candidat hama tuga signa dukoresheje yama ID’s baduhaye zimwe yari amazina asa mugabo ama commune atandukanye twaragiye Kigali muri kicukiro, kayonza rwamagana, musanze, kandi ntibashobora kumenya uwo mugambi kuko twagenda ahantu henshi cane kandi twari dutandukanye ntitwagira ahantu hamwe ivyo tubirangije twaratoye mu matora hama baraduhemba badusubiza kw’ishure.
Igituma ndabivuze ni kugira ngo mbwire abantu bose bari muri opposition ko govt iriko irakoresha abantu batamenyerewe kugira ngo umuntu wese bashatse gukura mu nzira bamukureho bitagoranye hazobaho amarementanya meshi muri iyi minsi kugira abo badashaka bose babice canke bafungwe.
Aha nokubwira yuko uwo NIMUBONA Christian Merci basubiye kumugarukana Kigali nuwitwa Doriane Akimana ubu bakaba bari muhira kwa Musemakweli bariko barakoreshwa kugira babeshere Victoire Ingabire ko yabahaye amafaranga ngo bashire dynamite ku kiraro kiri hafi na Hyundai ari naho Paul kagame aca ngo mu ntumbero yo kugira batege imiduga ya President bamwice. Uriya mu journalist RIB yafunze nawe vyamunaniye kuvuga ariko yari supposed kuvuga ageze imbere yabanyamakuru arabihakana ubu bariko barafundika ikinyoma ko yasambanije umukobwa ku ngufu
Ivyo vyose ndabibabwiye kugira ngo mubwire Victoire ko nawe arivyo bigiye kumubako kugira amenye uburyo yirinda iyo mvura y’ibinyoma n’irementanya kandi sibo gusa hari n’uwundi mu gambi wo gutanga ama poison kubantu bari muri opposition canecane abari hanze y’urwanda hakoreshejwe poison yitwa “amatoxines” abantu bakunda kuja muma restaurant no kunywa mukabare babe vigilant.