Buyoya yibagirwa vuba koko! Yibwira ko ariwe wenyine uzi gikina POLITIKI kandi yibuke ko yica NDADAYE atakinaga amakarita

Buyoya aratwenza kabisa! None yibwirago yica Ndadaye yarimo akina AKARERE cg POLITIKI? Uwahoze atwara u Burundi, Pierre Buyoya, yabwiye BBC ko gusohorerwa umutahe wo gufatwa ari politike.

Nyuma yo gusohorerwa umutahe wo gufatwa yagirizwa uruhara mu bwicanyi bwa Prezida Melchior Ndadaye, Pierre Buyoya yabwiye BBC ko harimwo imvo za politike.

Iki ni ikiganiro kigufi yagiranye na Ally Yusuf Mugenzi wa BBC.