Amakuru ava mu nzego zishinzwe imigenderanire, aratumenyesha ko Igihugu c’UBURUSIYA caraye gihaye ingabire igihugu c’u Burundi igizwe n’ibikoresho vyinshi cane vya Polisi harimwo ama Jeeps_blindés yo gukizura ijoro hamwe n’ama Camions.
Iyo ngabire ikaba yakiriwe n’Icegera c’umuyobozi mukuru wa Police aho yaramaze iminsi ari m’urugendo mu gihugu c’UBURUSIYA. Ivyo bikaba vyibonekeza ko u Burundi ari igihugu kidatamikwa ijambo.