Site icon Rugali – Amakuru

Ubukwe bw’ibwami mu mafoto ya Meghan n’umuganwa Harry

Uretse ba nyene urubanza, ayo mafoto arimwo abantu rurangiranwa nk’umukinyi w’isinema Idris Elba, uwuteramisha ku mboneshakure muri Amerika Oprah Winfrey n’abandi…

Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionAbarorerezi basanganiye abageni barenganye mu ngendeshwa ikwegwa n’amafarasi
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Meghan n’umuganwa Harry bavuye kw’isengero St George
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionAbageni basomana imbere y’isengero
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionUmuganwa Harry n’umupfasoni wiwe Markle
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionIvyo birori vyakurikiranywe n’umwamikazi Elizabeti II hamwe n’umushingantahe wiwe n’abandi banyamuryango
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionAbo bakunzi bahanye indangano hamwe n’impeta
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionUmuganwa Harry yambuye Meghan umutamana
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionUwurongoye Episcopal Church muri Amerika, Michael Curry yashikirije ijambo ashimikira ku vy’urukundo
Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionUmuganwa Harry na Meghan Markle
Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionUmuganwa Charles (se wa Harry) niwe yasanganiye Madamu Markle
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionMadamu Markle yarafise abana bamugendanira 10 b’abakobwa n’abahungu
Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionMeghan Markle ashitse Windsor Castle yambaye ikanzu yashonywe n’umwongereza Claire Waight Keller
Uwufise ububasha kw’isanamuGETTY IMAGES
Image captionMeghan Markle avuye aho yaruhukiye kw’ihoteli agiye Windsor Castle ari kumwe na nyina Doria
Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERS
Image captionThe Duchess of Cambridge arrived with the bridesmaids and pageboys
Uwufise ububasha kw’isanamuREX/SHUTTERSTOCK
Image captionUmuganwa Harry ari kumwe n’uwo bavukana umuganwa William
Uwufise ububasha kw’isanamuTOLGA AKMEN/AFP
Image captionAbaje gukurikirana ibirori
Uwufise ububasha kw’isanamuHANNAH MCKAY/REUTERS
Image captionUmutekano wari wakomejwe
Uwufise ububasha kw’isanamuHANNAH MCKAY/REUTERS
Image captionBenshi baje mu rubanza bazanywe n’itereni, imiduga hamwe n’amabisi bava mu gihugu hagati
Uwufise ububasha kw’isanamuDANIEL LEAL-OLIVAS/AFP
Image captionBamwe mu baje mu birori bashitse kare cane
Uwufise ububasha kw’isanamuPETER SUMMERS/PA
Image captionHari abari bambaye impuzu z’amabara y’idarapo y’igihugu
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionAbashitsi barimwo Oprah Winfrey (uwa kabiri i bubamfu) na Idris Elba (uwa mbere i buryo)
Uwufise ububasha kw’isanamuPA
Image captionUmukinyi rurangiranwa w’isinema wa Hollywood, George Clooney n’umupfasoni wiwe Amal Clooney bari muri ivyo birori
Uwufise ububasha kw’isanamuTOM NICHOLSON/EPA
Image captionHari n’abaje bambaye imidali y’abagize ubukwe
Uwufise ububasha kw’isanamuDANNY LAWSON/PA
Image captionIsengero yari isharizishijwe amashugwe
Uwufise ububasha kw’isanamuDANNY LAWSON/PA
Image captionIsengero ya St George yari isharijishijwe amashugwe y’amaroza yasoromwe mu murima
Exit mobile version