Amakuru Ubukwe bw’ibwami mu mafoto ya Meghan n’umuganwa Harry Francis Kayiranga 7 years ago 1 min read 652 Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Uretse ba nyene urubanza, ayo mafoto arimwo abantu rurangiranwa nk’umukinyi w’isinema Idris Elba, uwuteramisha ku mboneshakure muri Amerika Oprah Winfrey n’abandi… Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERSImage captionAbarorerezi basanganiye abageni barenganye mu ngendeshwa ikwegwa n’amafarasi Uwufise ububasha kw’isanamuPAMeghan n’umuganwa Harry bavuye kw’isengero St George Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionAbageni basomana imbere y’isengero Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionUmuganwa Harry n’umupfasoni wiwe Markle Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionIvyo birori vyakurikiranywe n’umwamikazi Elizabeti II hamwe n’umushingantahe wiwe n’abandi banyamuryango Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionAbo bakunzi bahanye indangano hamwe n’impeta Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionUmuganwa Harry yambuye Meghan umutamana Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionUwurongoye Episcopal Church muri Amerika, Michael Curry yashikirije ijambo ashimikira ku vy’urukundo Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERSImage captionUmuganwa Harry na Meghan Markle Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERSImage captionUmuganwa Charles (se wa Harry) niwe yasanganiye Madamu Markle Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionMadamu Markle yarafise abana bamugendanira 10 b’abakobwa n’abahungu Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERSImage captionMeghan Markle ashitse Windsor Castle yambaye ikanzu yashonywe n’umwongereza Claire Waight Keller Uwufise ububasha kw’isanamuGETTY IMAGESImage captionMeghan Markle avuye aho yaruhukiye kw’ihoteli agiye Windsor Castle ari kumwe na nyina Doria Uwufise ububasha kw’isanamuREUTERSImage captionThe Duchess of Cambridge arrived with the bridesmaids and pageboys Uwufise ububasha kw’isanamuREX/SHUTTERSTOCKImage captionUmuganwa Harry ari kumwe n’uwo bavukana umuganwa William Uwufise ububasha kw’isanamuTOLGA AKMEN/AFPImage captionAbaje gukurikirana ibirori Uwufise ububasha kw’isanamuHANNAH MCKAY/REUTERSImage captionUmutekano wari wakomejwe Uwufise ububasha kw’isanamuHANNAH MCKAY/REUTERSImage captionBenshi baje mu rubanza bazanywe n’itereni, imiduga hamwe n’amabisi bava mu gihugu hagati Uwufise ububasha kw’isanamuDANIEL LEAL-OLIVAS/AFPImage captionBamwe mu baje mu birori bashitse kare cane Uwufise ububasha kw’isanamuPETER SUMMERS/PAImage captionHari abari bambaye impuzu z’amabara y’idarapo y’igihugu Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionAbashitsi barimwo Oprah Winfrey (uwa kabiri i bubamfu) na Idris Elba (uwa mbere i buryo) Uwufise ububasha kw’isanamuPAImage captionUmukinyi rurangiranwa w’isinema wa Hollywood, George Clooney n’umupfasoni wiwe Amal Clooney bari muri ivyo birori Uwufise ububasha kw’isanamuTOM NICHOLSON/EPAImage captionHari n’abaje bambaye imidali y’abagize ubukwe Uwufise ububasha kw’isanamuDANNY LAWSON/PAImage captionIsengero yari isharizishijwe amashugwe Uwufise ububasha kw’isanamuDANNY LAWSON/PAImage captionIsengero ya St George yari isharijishijwe amashugwe y’amaroza yasoromwe mu murima Like this:Like Loading... Tags: Meghan n'umuganwa Harry Continue Reading Previous: Radio Ubumwe: Kuraswa ku manywa y’ihangu n’iyicwarubozo birakataje muri leta ya FPRNext: Polisi y’ u Rwanda Yishe Umumotari Amakuru Adeline arabivuze byose ngo Kagame yamanitse ibendera rya Anti-Kristu ngo niyo mpamvu ubutegetsi bwe butakizwi 1 Amakuru Politiki Adeline arabivuze byose ngo Kagame yamanitse ibendera rya Anti-Kristu ngo niyo mpamvu ubutegetsi bwe butakizwi Intambara muri Congo iri ku gatwe ku muntu umwe ariwe Kagame barangiza ngo ni FDRL!!!! 2 Amakuru Politiki Intambara muri Congo iri ku gatwe ku muntu umwe ariwe Kagame barangiza ngo ni FDRL!!!! Abakongomani ngo biteguye gufatanya n’uwariwe wese ushaka kugarura amahoro haba mu gihugu cg no hanze yacyo 3 Amakuru Abakongomani ngo biteguye gufatanya n’uwariwe wese ushaka kugarura amahoro haba mu gihugu cg no hanze yacyo Kagame afite inyungu mu gutera amacakubiri mu abanyamulenge!!! 4 Amakuru Politiki Kagame afite inyungu mu gutera amacakubiri mu abanyamulenge!!! Adeline ati: Kagame n’agatsiko ke na Nyiramongi banze Imana banga no kwihana none iki n’igihe cye gucibwaho teka!! 5 Amakuru Adeline ati: Kagame n’agatsiko ke na Nyiramongi banze Imana banga no kwihana none iki n’igihe cye gucibwaho teka!! Isesengura rya Jean Paul Turayishimye ku rupfu rwa Col Jacques Nzotonda 6 Amakuru Politiki Isesengura rya Jean Paul Turayishimye ku rupfu rwa Col Jacques Nzotonda Related Stories Adeline arabivuze byose ngo Kagame yamanitse ibendera rya Anti-Kristu ngo niyo mpamvu ubutegetsi bwe butakizwi 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Politiki Adeline arabivuze byose ngo Kagame yamanitse ibendera rya Anti-Kristu ngo niyo mpamvu ubutegetsi bwe butakizwi Liza Kaliza 1 week ago 245 Intambara muri Congo iri ku gatwe ku muntu umwe ariwe Kagame barangiza ngo ni FDRL!!!! 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Politiki Intambara muri Congo iri ku gatwe ku muntu umwe ariwe Kagame barangiza ngo ni FDRL!!!! Liza Kaliza 2 weeks ago 207 Abakongomani ngo biteguye gufatanya n’uwariwe wese ushaka kugarura amahoro haba mu gihugu cg no hanze yacyo 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Abakongomani ngo biteguye gufatanya n’uwariwe wese ushaka kugarura amahoro haba mu gihugu cg no hanze yacyo Liza Kaliza 2 weeks ago 175 Kagame afite inyungu mu gutera amacakubiri mu abanyamulenge!!! 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Politiki Kagame afite inyungu mu gutera amacakubiri mu abanyamulenge!!! Liza Kaliza 2 weeks ago 196 Adeline ati: Kagame n’agatsiko ke na Nyiramongi banze Imana banga no kwihana none iki n’igihe cye gucibwaho teka!! 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Adeline ati: Kagame n’agatsiko ke na Nyiramongi banze Imana banga no kwihana none iki n’igihe cye gucibwaho teka!! Liza Kaliza 2 weeks ago 205 Isesengura rya Jean Paul Turayishimye ku rupfu rwa Col Jacques Nzotonda 1 min read Share this:FacebookTwitterWhatsAppTelegram Amakuru Politiki Isesengura rya Jean Paul Turayishimye ku rupfu rwa Col Jacques Nzotonda Liza Kaliza 2 weeks ago 356