Buyoya atangiye kwihisha inyuma y’amoko nyuma yikemezo cyo kumufata kubera urupfu rwa Ndadaye https://youtu.be/tVBHDasoJI8
Nkurunziza
Ese ni ukuri ko U.A ishaka kwica Nkurunziza kugirango ikingire ikibaba Pierre Buyoya n’abandi banyabyaha? Publié le...
Gira amahoro Ntukangwe n’aka gakete nkurungikiye iyi saha. Nsanze ari ngombwa kukuburira inzira zikigendwa kabone nabonye nawe...
Imbonerakure = Intore? Abenshi bumva amaradiyo akorera hanze y’uBurundi arwanya ubutegetsi bwa Peter Nkurunziza babwirwa ububi bw’imbonerakure...
Burundi : Ijambo umukuru w’igihugu cy’Uburundi nyenecubahiro Petero Nkurunziza yashikirije abadasigana b’abarundi asobanurira abari baje muri ibi...
Mu Burundi, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika yemeza ko hahagaritswe abantu bane bose bahoze mu gisirikare ca kera...
Inkuru ikomeje kuvugwa cyane mu karere k’ibiyaga bigari ni iyerekeranye n’impunzi z’abanyarwanda ziri mu gihugu cya Congo...
Umushikirizamanza mukuru wa republika mu Burundi Sylvestre Nyandwi yamenyesheje ko hahagaritswe abahoze ari abasirikare bakuru harimwo n’umujenerale...
Burundia: Leta ya Nkurunziza yahakanye ko itohereje abasirkari muri Congo guhashya RED-TABARA
Twarabasomeye: Ese Nyenecubahiro Peter Nkurunziza azirwanaho umunsi yasanze Gen Adolfe Nshimirimana?
1 min read
Twarabasomeye: Ese Nyenecubahiro Peter Nkurunziza azirwanaho umunsi yasanze Gen Adolfe Nshimirimana?
By Kanuma Christophe Ishyano ryari riguye! Amatwi adusumira aremeza ko Niricubahiro Peter Nkurunziza na bamwe mubyegera bye, basimbutse...
Share this: