Radiyo z’Abarundi Bahungiye mu Rwanda Zahagaritswe. Amaradiyo atatu akoreramwo abamenyeshamakuru b’abarundi bahungiye mu Rwanda yahagaritse ibiganiro vyayo...
Burundi
Abamenyeshamakuru bane b’ikinyamakuru Iwacu bari bamaze imisi 430 mw’ibohero bagiriwe ikigongwe n’umukuru w’igihugu Gen Maj Evaritse Ndayishimiye,...
Mu mpera z’indwi turangije kw’itariki 19 z’uku kwezi kwa 12, mu Burundi harabaye ihiganwa ry’abigeme ryiswe Miss...
Share this: