Rwanda: Urubanza rwa Rusesabagina rwakurikiwe n’abantu benshi ariko siwe wenyine umaze guhohoterwa n’amategeko ya Kagame. Idamange Iryamugwiza Yvonne amaze gukatirwa imyaka 15, ahanini kubera kuvuga ibintu leta ya Kagame iba idashaka kumva.
Rwanda: Amaherezo azaba ayahe? Nyuma ya Rusesabagina, Idamange nawe yakatiwe imyaka 15
