Sentare ijejwe kwubahiriza Ibwirizwa Shingiro ihejeje gushikiriza inyishu ku kibazo yabajijwe na Reta y’Uburundi. “Nta Ntwaro mfatakibanza ikenewe, kuko hari Umukuru w’Igihugu yatowe, ahubwo akwiriye kurahira vyihuta”.#Burundi pic.twitter.com/y8TTSIiUtF
— Amb. Willy Nyamitwe (@willynyamitwe) June 12, 2020
Ndayishimiye Evariste agomba guhita arahira bikaba bimaze kwemezwa n’ urukiko rw’ubahiriza itegeko nshinga
