Site icon Rugali – Amakuru

Misiri n’Uburundi Basinyanye Amasezerano mu Bisata Bitandukanye

Umukuru w'igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishiiye aherekejwe n'umutambukanyi wiwe hamwe n'abashikiranganji bashika bane ari mu rugendo mu gihugu ca Misiri. Uyu musi Prezida Ndayishimiye yabonanye n'umukuru w'igihugu ca Misiri Abdel Fattah Al Sisi, baraheza bapfundika amasezerano mu bisata bitandukanye. Willy Nyamitwe, umukuru w'ibiro bijejwe kumenyesha amakuru n'ubuhinga bwa none yavuganye n'Ijwi ry'Amerika kuri micro ya Frederic Nkundikije.

YouTube video player

Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishiiye aherekejwe n’umutambukanyi wiwe hamwe n’abashikiranganji bashika bane ari mu rugendo mu gihugu ca Misiri. Uyu musi Prezida Ndayishimiye yabonanye n’umukuru w’igihugu ca Misiri Abdel Fattah Al Sisi, baraheza bapfundika amasezerano mu bisata bitandukanye.

Willy Nyamitwe, umukuru w’ibiro bijejwe kumenyesha amakuru n’ubuhinga bwa none yavuganye n’Ijwi ry’Amerika kuri micro ya Frederic Nkundikije.

Exit mobile version