Site icon Rugali – Amakuru

Joseph Matata yabwiye BBC uburyo

Major Bernad Ntuyahaga uno munsi niho yarungikwa mu Rwanda nyuma y’igifungo c’imyaka 20 mu Bubirigi, yagirizwa uruhara mu bwicanyi bw’abasirikare 10 b’Ababirigi mu Rwanda mu 1994.

Yagirizwa kandi ubwicanyi bw’uwari umushikiranganji wa mbere w’u Rwanda ico gihe, Agathe Uwiringiyimana, yari arinzwe n’abo basirikare.

Matata yabwiye BBC ko Ntuyahaga Bernard yitanze ku Babiligi ngo atange ubuhamya bamugira umwicanyi

https://youtu.be/4dHz5te-mNw

Vyitezwe ko ashika mu Rwanda uno munsi nyuma yo kwirukanwa n’u Bubirigi, bwanse kumuha ubuhungiro canke kumurungika muri Danemark aho umuryango wiwe uri.

None mu ntango, yashitse mu Bubirigi gute? Twavuganye na Joseph Matata, ayoboye ikigo cishinze kurwanya akarenganyo no kudahana mu Rwanda. Iki ni ikiganiro twagiranye.

Exit mobile version