Imyuzure imaze iminsi myinshi mu gihugu c’u Rwanda imaze guhitana abantu barenga 200 yonona n’ibintu vyinshi; muri kino kiganiro BBC irabumvisha ukwo vyifashe mu gihugu, ubutegetsi buvuge ingene bwiteguye guhangana n’ico kibazo.
Ikiganiro ku myuzure yibasiye u Rwanda, ivyo yononye n’ico ubutegetsi bugiye gukora.
