- Iminota 21 iraheze
Sangira
Abantu icenda bakomerekejwe n’abantu bataramenyekana, mw’ijoro ryakeye, ku musozi wa Ndera, mu karere ka Gasabo, mu gihugu c’Urwanda.
Abo bateye nta n’umwe arabamenya, ariko ngo bari bitwaje imihoro n’ibindi birwasho bisanzwe.
Igipolisi n’igisirikare ntibahuza kuboba bagize ico gitero
Bamwe bavuga ko ari abasuma, mu gihe abandi bavuga ko ari abansi b’igihugu.
Abakomeretse bariko baravurirwa mu bitaro vy’I Ndera.
http://www.bbc.com/gahuza/amakuru/2016/02/160202_rwanda_ndera?SThisFB