Site icon Rugali – Amakuru

Ibuhugu bya Bulaya bikomeje gushaka kuvangira igihugu cy’u Burundi bakoresheje ibyitso byabo biri muri AU

Ubulaya Bwipfuza ko Ubumwe bwa Afrika Bwumvikanisha Abarundi. Ikibazo c’ibiganiro bihuza Abarundi gishobora kuva mu minwe y’Akarere ka EA.C. kigafatwa mu ntoke n’Ubumwe bw’Afrika.

Ni ko Intumwa z’Ubumwe bwa Bulaya mu karere ka Afrika y’ubuseruko hamwe n’igice c’Ihembe rya Afrika zifuza, kugira hasubire gutangwa imfashanyo zigenewe ibiganiro.

Ivyo vyavugiwe mu nama yar’imaze indwi ibera i Kampala mu gihugu c’Ubuganda, ihuza imiryango mpuzamakungu yitaho ikibazo c’Uburundi.

N’inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru, ari i Arusha mu gihugu ca Tanzania

Exit mobile version