Site icon Rugali – Amakuru

Gaston Sindimwo aramagana agitero shuma Kagame aherutse kugaba mu Burundi

Uburundi Buzokumira Igitero Aho Kizoza Giturukanye Hose

Leta y’ Uburundi ivuga ko yiteguriye kwivuna igitero cose aho coturuka. Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, Gaston Sindimwo, yemeje ko igitero cabaye mu mpera z’indwi iheze mu ntara ya Cibitoke caturutse mu Rwanda.

Mu kiganiro yagiranye n’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Venuste Nshimiyimana, Sindimwo yamubwiye ko Uburundi butekanye kandi ko imbibe zose zicungerewe neza.

Exit mobile version