Site icon Rugali – Amakuru

Dore bimwe Kagame yibeshya yirirwa yirata ku baturanyi none Abarundi bagobotse za ndege ze!

Uwuzosubira kuvuga ngo urwanda rurateye imbere mugihe ruterwa n’amazi kukibuga c’indege rukabura ingene rwitabara(Muyandi majambo igihugu c’urwanda cafashwe kuko ntandege iharwa)! Iyo rutahabona ikibuga mpuzamakungu c’ibujumbura-Burundi!

Ubu tukaba aritwe twabatabaye tubatiza aho zigwa! None abantu dutabaye wumva tubihindutse tukabatera ko bakunda kutuvyonga arinde yobatabara ko aritwe bezako Amaso? Nibakine nabo bangana turabaruta muri vyose! Ndatwenga abibesha ngo bahungiyeyo kuko ukwirikira umuvyeyi atagira inguvu mugakubitirwahamwe!

Harikera Peuple

Exit mobile version