Site icon Rugali – Amakuru

CNARED Yaba Yaragize Imishyikirano na Leta y’Uburundi?

Urunani CNARED rutavuga rumwe na reta y’Uburundi rwishinze umugambi wo kugarukana amahoro no kwubahiriza amasezerano y’I Arusha rurahakana amakuru yatangajwe ku mbuga ngurukanabumenyi avuga ko abarurongoye bari mu mishikirano mu mpisho na reta y’Uburundi.

Mu kiganiro yagiranye n’umumenyeshamakuru Frederic Nkundikije w’Ijwi ry’Amerika, umuyobozi warwo Dr. Jean Minani arahakana ko abarongoye urwo runani basavye gukingirwa mu gihe botahuka mu Burundi.

Exit mobile version