Site icon Rugali – Amakuru

Burundi: Tumenye abahungu ba Nyenecubahiro Nkurunziza na Nyakwigendera Lt Gen Adolphe Nshimirimana


Umuhungu wa kizigenze NKURUNZIZA inyuma yokwinjira mw,ishure kaminuza rya gisirikare ISCAM aho ndetse yari yabaye uwambere kubera ubwenge n,ubukerebutsi bw,iwe, ubu yahavuye aja mubushinwa aho yasanze irindi sase riva kucuma umuhungu wa nyakwigendera intwari Lt Gen Adolphe.
Ubu aba basore bombi bakaba bariko bakwirikirana ivyigwa vya gisirikare vyo kurwego rwo hejuru mw,ishure ryagisirikare ryo mubushimwa ryitiriwe Mao Tsé Tung.
Ariko naho bakora bakaruha barafata akanya ko kwiryohera no gusama akayaga. “Mixing business and pleasure.Grown up!!!”
Hégémoni Harikera nagarutse kubaha inkuru zigezweho.
Source: https://www.facebook.com/photo.php?fbid=104049559992912&set=gm.990346281020016&type=3

Exit mobile version