Kuri uwu wa kane i #Buye muri komine #Mwumba intara ya #Ngozi niho hatangura Amasengesho y’iminsi ine yateguwe n’Umuryango w’Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye. Raba Urugendo “#Défilé yatanguje ayo masengesho azosozerwa ku munsi w’Imana igenekerezo rya 23 Myandagaro 2020
Burundi: Raba Urugendo rurimo Perezida Ndayishimiye, umufasha we na Denise Nkurunziza rwatangije amasengesho i Buye mu ntara ya Ngozi
