Iyumvire ibyo uyu Rukindikiza avuga asa nkaho yivugira ko batsinzwe kubera ko babuze gifasha mu ngabo zahoze mu gisirikare cya Buyoya cg Bagaza.
Kandi bamwe mu barundi niko babibona nkuko umwe muribo yashoboye kubishyira kuri site yitwa http://indundi.com/. Isomere kandi wumve ibyo Rukindikiza avuga:
“Ko banse kwigwanira, abasirikare bahoze mugisoda ca kera ni bemere babice babamare. Yerekana ko bashize imbere inda muguharanira ko ba sebuja bo barungika muri somaliya nahandi. Atanga akarorero k’abasirikare batobato kuri president Bagaza bari bashaka ko bakukuruka bakiri bato arriko bakarwanira agateka kabo.”
Tega amatwi Rukindikiza:
Isomere aho umupfasoni Georgiana Mugisha-Fitzpatrick asubiza Rukindikiza ariko anahanura abarundi muri rusange.:
“Uyo mureke aho ga yadandaje Ndadaye atari ugukunda inda kwiwe? Hama harya abasoda bari kuri terrain imyaka yose (wewe ari en France), barazi ko Red-Tabara ari uwo nyene na son neveu Sinduhije!
Kurya bahenze urwaruka mu ma quartiers ngo les ex-FAB na Kagame bazoca babafasha gufata igihugu niko biyumvira ko na les officiers boca babakurikira mu bwije? Ngo Kagame? Ego cane yararyohewe muri Tanzania yumvise ivya putsch. Hama discours ziwe zatera intege abavuga ko barwanya mandat.
Nokongerako na zirya rapports zimwagiriza guha imyimenyerezo ya gisikare urwaruka rw’impuzi muri camp de Mahama. N’ibindi nka kurya Kiramvu yavuze ivy’amaradiyo avugira i Kigali yishimira grenades canke attaques des camps militaires.
Ivyo gucanishamwo igisoda ngo aba ex-FAB nibagire ibi na birya ni ukumaramara mugihe bavuga ko rebellions bafite mu mitwe yabo zirimwo ba Niyombare n’abandi ba ex-rebelles! Icibonekeza nuko meme les Occidentaux ivya mandat batakibivuga kubera na Sassou Nguesso canke Kagame botegerezwa kubarwanya!
Arusha nayo ntiwoyirwanira usaba ko aba ex-FAB biha inkumbi ngo kugira FDN izimangane ntisubire kuba bitumwako mu makungu! Intambara ya clavier canke kuri micro na reseaux sociaux erega igaburira imiryango mikeya cane mu Burundi!
Nukwama murikanuye kandi abatwara igihugu babandanye guhimiriza abenegihugu bose kutihebura canke kujana nyabahururu.
Twebwe muri diaspora ivyo guca imanza twovyitondera tugahamagarira benewacu kureka gusesa amaraso kandi n’abanyepolitiki gukura icirwa muri iyi crise.”