Site icon Rugali – Amakuru

BBC Imvo n’Imvano: Kuki barangiza kaminuza mu mahanga ntibatahe? Part 2

Ikiganiro ku banyeshuli barangirije kaminuza mu mahanga munyuma bahitamo kwigumirayo.

Uyu munsi tubashikiriza igice ca kabiri c’ikiganiro c’abanyeshuli baja kwiga kaminuza mu mahanga, barangiza ntibatahe ndetse muri kino gihe ibihugu bibarungika bikaba biriko bifata ingingo nshasha kubera iyo nyifato.

BBC yaraganiriye n’ababa i Paris mu Bufaransa.

Exit mobile version