Tag Archives: Inkuba

Rwanda: Inkuba Yishe 16 Ikomeretsa 140 Bari mw’Isengero

Abantu 16 barahitanywe n’inkuba yakubise isengero ry’aba Adventiste bo ku musi w’Indwi riherereye mu majepfo y’u Rwanda kuri uno wa gatandatu. Bwana Habitegeko Francois, arongoye akarere ka Nyaruguru kabarizwamwo iryo shengero, yabwiye itororokanirizo ry’amakuru y’Abafaransa, AFP, ko abagera ku 140