Burundi: Aya maraso y’abishwe mu Cibitoke azabazwe Kagame we ucumbikiye abagaba ibi bitero

Ababuriye Ababo mu Gitero co mu Cibitoke Basaba Gukingirwa. Mu mihango yo gushingura 26 bagandaguriwe mu gitero cakozwe n’abitwaje ibirwanisho mu ntara ya Cibitoke mu Burundi, ababuze ababo basavye ko umutekano w’akarere ka Cibitoke ukingirwa.

Amarira yaba baturage bo mu Cibitoke azabazwe Kagame nabo acumbikiye bagaba ibi bitero.